Surah Al-Kawthar in Rundi

    الكوثر

    Surah Al-Kawthar in Rundi

    Read Surah Al-Kawthar in Rundi (الكوثر) with Arabic text, Rundi translation, and audio recitation. Chapter 108 of the Holy Quran, 3 verses — free online.

    Quran in Rundi · all 114 Surahs

    1

    إِنَّآ أَعۡطَيۡنَٰكَ ٱلۡكَوۡثَرَ

    Muvugishwamana! Mu vy’ukuri, Twarakweguriye impano y’ivyiza vyinshi nta ngere kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa[1].

    [1] Muri ivyo vyiza, ni uruzi “Kawthar” ruri mu Bwami bw’ijuru, ku nkengera zarwo hari amahema yubatswe mu butare bw’agaciro “lulu”, umusenyi wo muri rwo, ni “miski”.

    2

    فَصَلِّ لِرَبِّكَ وَٱنۡحَرۡ

    Kubera ivyo rero, senga wamizeko wongere ukerere kw’izina ry’Imana no ku bw’Imana yawe Rurema Allah.

    3

    إِنَّ شَانِئَكَ هُوَ ٱلۡأَبۡتَرُ

    Mu vy’ukuri, uwugucokora akanka n’uburongozi warungikanwe, ni we yacitswe n’ivyiza vyose, kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

    Al-Kawthar

    Play