1
وَٱلۡعَصۡرِ
Jewe Allah, Ndarahiye ku gihe, kubera ibitangaza birimwo vyerekana ubushobozi bwanje!
العصر
Read Surah Al-Asr in Rundi (العصر) with Arabic text, Rundi translation, and audio recitation. Chapter 103 of the Holy Quran, 3 verses — free online.
Quran in Rundi · all 114 Surahs
وَٱلۡعَصۡرِ
Jewe Allah, Ndarahiye ku gihe, kubera ibitangaza birimwo vyerekana ubushobozi bwanje!
إِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ لَفِي خُسۡرٍ
Ko mu vy’ukuri, zina kiremwa-muntu kiri mu ruhombo;
إِلَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلۡحَقِّ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلصَّبۡرِ
Kiretse abemeye Imana Allah bagakora n'ivyiza bitegetswe, bagahanurana no kwama bashigikiye bagendera ukuri, bakanahanurana kwihangana muri ivyo vyose.
Al-Asr
Play